ZigaForm version 6.1.2

Ubutumwa bw’Umuserukizi w’Uburundi i Kinshasa, Ambasaderi Agricole MWAMBA NTIRAMPEBA K’umunsi wo kwibuka Umuganwa Rudoviko Rwagasore, Incungu y’ukwikukira kw’Uburundi.

Bavukanyi,

Bashingantahe/Bagabo namwe bapfasoni musanzwe muba muri Repuburika Iharanira Demokarasi ya Congo,

Ndabaramukije Amahoro. Aho muri hose mwumve ko turi kumwe kandi ko ikiganza c’Imana kidukikiye.

Ndabandikiye ndabipfuriza kwibuka uyu musi,ndanabipfuriza gufatana mu nda;kugiranira ubumwe,iragi twasigaranwe n’Incungu y’Ukwikukira kw’U-Burundi,Umuganwa RUDOVIKO RWAGASORE. Tukaba tumwibuka uyu musi.

Ni harambe iteka n’itekane,
Amahoro,Ibikorwa n’Amajambere.

Murakoze.

Umuserukizi w’Uburundi i Kinshasa
Ambasaderi Agricole MWAMBA NTIRAMPEBA

Voir aussi

64ᵉ anniversaire de l’Indépendance du Burundi : Kinshasa célèbre l’amitié fraternelle entre le Burundi et la RDC

Le samedi 11 juillet 2026, de 17h00 à 20h00, Son Excellence Monsieur Agricole Mwamba Ntirampeba, …

Laisser un commentaire

Votre adresse e-mail ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *